Iyimbwa y'umu Colonel yaraye arashe umukozi akora mukabari ngo nuko yase kumukopesha icupa. Nyambwa ngo bahora bamukopesha ntarihe O fait yagiye kwiha inzoga muri frigo hama umu serveur aramwangira kubera yari asanzwe atariha iyo anyoye inzoga. Kera na kera aca yirukanga kuzana inkoho muhira. Umugore ngo aramutakambira aca amubwira ati udubiriye mpera kuri wewe! Aca... Continue Reading →
